GUSHINGA ISHIRAHAMWE RYO KURWIZA UMWIMBU

Ijambo « ishirahamwe ryo kurwiza umwimbu »n’ijambo rikoreshwa cane mur’ino misi cane cane ahakorerwa urudandazwa. Turarisanga kandi mugutandukanya ubuzi rikoreshwamwo (ishirahamwe ryo kurwiza umwimbu ry’uburimyi, ihinguriro, ishirahamwe ryo kurwiza umwimbu ry’ubutunzi…) no mumice itandukanye (ishirahamwe ryo kurwiza umwimbu ryigenga n’ishirahamwe ryo kurwiza umwimbu rya reta).
Dufatiye kundangurakintu, ishirahamwe ryo kurwiza umwimbu, umuce w’ubutunzi wigenga uharanira kurwiza ibidandazwa mukwinjiza inyingu, nic’itegererezo c’abenegihugu. Kanatsinda, iy’isi yacu igizwe ahanini n’ibikorwa biroresha k’ubudandaji.
Imbere y’ukudashobora gutorera umuti kukubura akazi canke guha akazi keza kubagasaba, abarongozi barashigikira imigambi y’abikorera utwabo yogutanga akazi nokwibeshaho. Muvyukuri rero, umwenegihugu wese ahamagariwe kuba uwukora utwiwe atarinze kuzera inze reta.
Izo n’ingingo zishoboka zisigura igituma ishirahamwe ryo kurwiza umwimbu ryabaye vyukuri ihuriro ry’inyungu niryo kwegerana kw’abantu.
Aka gatabo mfashanyigisho kazugururira amaso abantu bifuza kwinjira mubikorwa vyokwiteza imbere mukuba abikorera utwabo.
Course Features
- Lectures 22
- Quizzes 0
- Duration 50 hours
- Skill level All levels
- Language English
- Students 1
- Certificate No
- Assessments Yes
-
IGICE CA 1: GUSHINGA ISHIRAHAMWE RYOKURWIZA UMWIMBU NO KUBA UWIGENGA
- Protégé : ICIGWA CA 1: IBINTU 12.5 VYEREKANA KO KUBA UWIKORERA UTWIWE BIZANA INYUNGU NYISHI GUSUMBA GUHABWA AKAZI
- ICIGWA CA 2: MUGABO KUBA UWIKORERA UTWIWE, BIRATERA UBWOBA!
- ICIRWA CA 3: KUBAKA UBWAMI CANKE KURONKA ISHIRAHAMWE RYO KURWIZA UMWIMBU IBINJIRIZA : KURIHE SHIRAHAMWE RYO KURWIZA UMWIMBU KUYIHE NTUMBERO?
- ICIGWA CA 4: INTEGURO NZIZA Y’UMUTIMA: NIGUTE USHOBORA GUTANGURA ISHIRAHAMWE RYO KURWIZA UMWIMBU UFISE UBWOBA KANDI UDATUNGANYE?
- ICIGWA CA 5: KURONKA NINGOGA ICIYUMVIRO C’ISHIRAHAMWE RYO KURWIZA UMWIMBU RYAWE
- ICIGWA CA 6: GUTE GUKORA IBIDASANZWE BITUMA HAJAHO ISHIRAHAMWE RIRWIZA UMWIMBU?
- ICIGWA CA 7 : NIGUTE WOSHINGA ISHIRAHAMWE RIRWIZA UMWIMBU KUGIRA RIRAME?
- ICIGWA CA 8 : GUTE WOGURISHA NEZA BICIYE MUKURONDERA ISOKO?
- ICIRWA CA 9 : GUTE WOKONGEREZA UGUKORA NEZA KWANYU NO KUBA UMUHIRIWE MUGUKORESHA ABANDI?
-
IGICE CA 2: IBINTU NKENERWA MU GUTANGUZA ISHIRAHAMWE RY’UKURWIZA INYUNGU
- ICIRWA CA 1: GUTUNGANYA NEZA IGITABO C’INTEGURO Y’UMUGAMBI (BUSINESS PLAN)
- ICIGWA CA 2: UWIYUMVIRIYE UMUGAMBI
- ICIGWA CA 3 : GUSIGURA UMUGAMBI
- ICIGWA CA 4: KWUBAKA ICIRORE C’UMUGAMBI (BUSINESS MODEL)
- ICIGWA CA 5 : GUKINGIRA IZINA (PROPRIETE INTELLECTUELLE)
- ICIGWA CA 6 : UBUHINGA BWO KUMENYEKANISHA IKIDANDAZWA
- ICIGWA CA 7. GUCAGURA UBURYO BUKORESHWA
- ICIGWA CA 8 : GUCAGURA IGIHAGARARO C’ISHIRAHAMWE (STATUT JURIDIQUE)
- ICIGWA CA 9: GUTUNGANYA IBIKORWA NSHIMIKIRO IMBERE YO GUTANGURA
- Protégé : ICIGWA CA 10: KURONDERA IMFASHANYO
- ICIGWA CA 11: KURONKA AHAVA UBURYO
- ICIGWA CA 12: GUHARURA INTEGURO Y’AMAHERA AZOKORESHWA
- ICIGWA CA 13 : KWIYUMVIRO KW’ITERAMBERE