KWUNGURA UBUMENYI HAMWE NA APEE Kaze ku rubuga rwo kwungura ubumenyi hamwe na APEE.Akaryo keza kubashaka kwikorera utwabo ko kwiga Gushinga no Gutunganya Ishirahamwe, Gushinga no Gutunganya Ishirahamwe ryo Kugwiza Umwimbu, guhingura igwa n’isabuni hamwe no korora igurube. IVYIGWA UGUSHINGA NO GUTUNGANYA ISHIRAHAMWE GUSHINGA NO GUTUNGANYA ISHIRAHAMWE RYO KUGWIZA UMWIMBU UBWOROZI BW'INGURUBE ICIGWA CO GUHINGURA INGWA ICIGWA CO GUKORA ISABUNE