Musabwe kubanza kuriha amafaranga angana n’ibihumbi icumi y’amarundi (10.000 BIF) kuburyo bwanone ECOCASH kuri izi nomero z’uwitwa Edifax NDAYIKENGURUTSE.
(+257)71875772
Muhejeje kuriha muca muhabwa “ijambo kabanga” (Mot de passe) ribaha uburenganzira bwo kwinjira mucigwa nyezina.
Ivyo bibashikira bitarenze amasaha 5 kuva murungitse ayo mafaranga!
Muza guca mufyonda ngaha aho handitse Ibikurikira kugira mwige.
Murakoze!